Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
SUMMER PROMO : Tsindira itike wironkere niya kabiri ku buntu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > ECONET Leo > SUMMER PROMO : Tsindira itike wironkere niya kabiri ku buntu

SUMMER PROMO : Tsindira itike wironkere niya kabiri ku buntu

jeudi 13 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu kwinjira muri iryo higanwa, andika *405*7# ku mutekero wa 1GB ukoresha mu masaha 24 canke *405*9# ku mutekero bita “bouquet nuitée”.

Ku musi ku musi, ijonjora (Tirage au sort) riramenyesha uwatsinze, akaba ariwe atahukana amatoke abiri ku buntu. Abatsinze bahamagarirwa gutora amatike mu bibanza ishirahamwe Econet Leo rikoreramwo.

Ico giteramo gitegugwa n’abaririmvyi bo mu Burundi, kizobera kuri Karera Beach kw’igenekerezo rya 30 Mukakaro 2017, kuva igihe c’isaha umunani z’umuhingamo.

Abateguye ico giteramo bamenyesha ko intumbero nyamukuru yaco ari ugutsimbataza umuziki uhamagarira guteza imbere imigenzo ibereye. Kizoba citabwe n’abaririmvyi bakomeye baririmba indirimbo zihayagiza Imana bavuye mu bindi bihugu, aho twobabwira nka Holy Keani, Zabuli, Anji Lyrical Mic, na Dj stryuis. N’abaririmvyi bo mu Burundi bazoba bari muri ico giteramo. Twobabwira nka BIG Zoé, PRINCE Mshindi, Shaka, Best Music, Type, Masezerano, Norasqua, PRINCE Tuombe, Jamaicano (reggae), ROD40, GN, Samantha, Vestine, Gladys).

Imigwi y’abaririmvyi nka Sons of the morning star, Redemption Voice, Best Friends of God, B4T.

Imigwi y’abatamba nka Girls of God, BKM, 257 BBOYS, ABIRABURE, GOD’S GLORY, D4G, GENADORES, TH4C, FORCE 257).

Abahinyanyuzi : DJ Mulla, DJ Patman, DJ Ivan, Dj Eliezon.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.