Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sénégal : Ihuriro ry’ukugwanya ukurongoza abana b’abigme ku nguvu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Sénégal : Ihuriro ry’ukugwanya ukurongoza abana b’abigme ku nguvu (...)

Sénégal : Ihuriro ry’ukugwanya ukurongoza abana b’abigme ku nguvu ryatangujwe

lundi 23 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri iryo huriro, abashingamateka, abakuru b’abihebeye Imana, amashirahamwe, hamwe n’ibisata vy’umuryango mpuzamakungu ONU baza kurabira hamwe icokorwa kugira iyo nyifato ituzwe.

Kurongoza abana b’abigeme ku nguvu biribonekeza cane muri Afrika y’uburengero na Afrika yo hagati. Amatohoza yakozwe yerekanye ko ibice 76 kw’ijana vy’abana b’abigeme bari munsi y’imyaka 18 aribo barongozwa ku nguvu mu gihugu ca Niger, ibice 68 kw’ijana mu gihugu ca Tchad hamwe n’ibice birenga 50 kw’ijana mu gihugu ca Mali na Guinee.

Abo bana bamaze kurongorwa, akenshi baraheba amashure mu gihe kwigisha abana b’abigeme ariyo nzira yo kugwanya kurongoza abana b’abigeme bakiri bato.

Bamwe mu bavyeyi b’abo bigeme, mu gihe baba bugarijwe n’ubukene, bahitamwo kurongoza abana babo hakiri kare kugira barabe ko bokwikenura.


Huguette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.