Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Senegal : Urubanza rwa Hissène Habré rurumvirizwa muri sentare (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Senegal : Urubanza rwa Hissène Habré rurumvirizwa muri sentare (...)

Senegal : Urubanza rwa Hissène Habré rurumvirizwa muri sentare y’iyungururizo

lundi 9 Nzero 2017

Urubanza rwa Hussein Habre yahoze arongoye igihugu ca Tchad rurasubira kwumvirizwa muri sentare y’iyungururizo, ku murwa mukuru wa Senegal, Dakar.

Hissene Habre yunguruje ku rubanza yari yaciriwe rwo gupfungwa ubuzima bwose mu kwezi Rusama, mu mnwaka uheze wa 2016, yagirizwa guhohotera, guhonyanga agateka ka zina muntu,ivyaha vyo mu ntambara hamwe n’ivyaha vyo gusinzikaza agateka ka zina muntu.

Bitegekanijwe ko abashingwamanza na Hussein Habre basaba ko urubanza rusubirwamwo,ariko hamwe bitokunda nta kandi karyo ko kwunguruza kuko abacamanza bazoheza ikiringo cabo kw’igenekerezo rya 20 Ndamukiza 2017.

Mu kwezi kw ‘indwi 2017, Hissene Habre yari yaciriwe gutanga indishi y’akababaro iva ku miliyoni 10 gushika ku miliyopni yama FCFA ku bakorewe amabi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.