Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Serbie: Umukuru w’igihugu yagenye uwuhuza igitsina nuwo bagisangiye kuba (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Serbie: Umukuru w’igihugu yagenye uwuhuza igitsina nuwo bagisangiye kuba (...)

Serbie: Umukuru w’igihugu yagenye uwuhuza igitsina nuwo bagisangiye kuba umushikiranganji wa mbere

vendredi 16 Ruheshi 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko naho Anna Brnabic asanzwe ahuza ibitsina nabo babisangiye , vyitezwe ko inama nshingamateka izomwemeza, kuko umugambwe wiwe ufise intebe nyinshi mu nama nshingamateka .

Mu myaka yahera mu gihugu ca Serbiya,nta wari yiteze ko umuntu ahuza ibitsina n’abo babisangiye ashobora kugenwa kuba umushikiranganji wa mbere.

Inama nshingamateka niyo yemeza Anna Brnabic , hitezwe ko azoca afashanya n’ikindi gitigiri gito c’ abashikiranganji ba mbere mu kurongora urwo rwego ku mugabane wa Buraya, muri abo hazoba harimwo Leo Varadkar ava mu gihugu ca Ireland na Xavier Bettel wo muri Luxenbourg bose basanzwe bahuza ibitsina n’abo babisangiye.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.