Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Smart Burundi yazanye bishasha na « BOUQUETS MIXTES » - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Smart > Smart Burundi yazanye bishasha na « BOUQUETS MIXTES »

Smart Burundi yazanye bishasha na « BOUQUETS MIXTES »

mardi 4 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Iminota 5 na SMS 5 ku munsi umwe, umunywanyi asabwa amafaranga 400. Fyonda * 888 #, hitamwo 2, hanyuma wandike igiharuro 1

Iminota 12 na SMS 12 ku munsi umwe, umunywanyi arihishwa amafaranga 900. Fyonda * 888 #, hitamwo 2, hanyuma wandike igiharuro 2

Iminota 20 na SMS 20 ku minsi itatu, igiciro ni amafaranga 2500. Fyonda *888#, hitamwo 2, hama wandike igiharuro 4

Iminota 55 na SMS 55 ku minsi indwi, igiciro ni amafaranga 4000. Fyonda *888#, hitamwo 2, hanyuma wandike igiharuro 5

Iminota 140 na SMS 140, ku minsi 30, igiciro ni amafaranga 10000. Fyonda *888#, wemeze na OK, hanyuma uhitemwo kabiri. Inyuma y’aho wandika igiharuro 6 kugira uheraheze.


IGIHE

Messages

  • You guys are crazy!! You are charging people a lot of money!!! Have mercy on them. Where do you think that money can come from! If you give a real benefit to your customers, give them unlimited talk and text for a certain amount of money that everybody can afford!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.