Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Somalia: Abantu 10 bahitanywe n’ibisasu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somalia: Abantu 10 bahitanywe n’ibisasu

Somalia: Abantu 10 bahitanywe n’ibisasu

mardi 20 Ruheshi 2017

Amakuru dukesha BBC amenyesha ko imodoka yarimwo ibisasu biturika yagerageje kwinjira ikoresheje inguvu, irenganye abajejwe umutekano bari bacunze ahari inyubakwa ya Reta, muri komine ya Wadajir.

Amakuru ava muri ako karere ka Wadajir kari mu bumanuko avuga ko benshi mu bapfuye ari abanyagihugu


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.