Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Somalia: Umurwanyi wa Al-shabab ari mu minwe y’igisirikare ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somalia: Umurwanyi wa Al-shabab ari mu minwe y’igisirikare ca (...)

Somalia: Umurwanyi wa Al-shabab ari mu minwe y’igisirikare ca Reta

jeudi 1er Ruheshi 2017

Amakuru ava i Mogadiscio ku murwa mukuru w’igihugu ca Somaliya amenyesha ko uwo murwanyi atafashwe nk’abandi ariko ko yatorotse umurwi Al-Shabab,mu gihe yari yahawe igikorwa co kugira ibitero muri iki gihe aba islam bari mu kwezi kw’amapfungo.

Gen Mohamed Ahmed,umwe mu bategetsi b’igisirikare ca Somaliya yamenyesheje ko uwo mugwanyi asanzwe arongoye intara zitatu mu murwi Al-Shabab yari yarungitswe mu ntara ya Hiran isanzwe ibamwo abantu benshi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.