Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Somaliya: Ibura rya Interenete ryatumye igihugu gihomba imiriyoni 130 mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Somaliya: Ibura rya Interenete ryatumye igihugu gihomba imiriyoni 130 mu (...)

Somaliya: Ibura rya Interenete ryatumye igihugu gihomba imiriyoni 130 mu ndwi

lundi 10 Mukakaro 2017

Abdi Anshur Hassan yavugiye kw’Iradiyo y’igihugu ko ibura rya intereneti mu gihugu bituma igihugu kihahombera imiriyoni 10 buri munsi, mu ndwi 2 ziheze ata intereneti iboneka bikavugwa ko bamaze guhomba imiriyoni 130.

Amakuru ava mu binyamakuru vyaho muri Somariya avuga ko haciye indwi 2 ata intereneti mu gihugu bivuye ku ntsinga zononekaye zica musi y’ibahari Indiyano, ariko ababijejwe bakavuga ko bariko bakora ibishoboka kugira bisubire mu buryo.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.