Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Somaliya : Umushikiranganji wa mbere yahinduye batatu mu bagize (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somaliya : Umushikiranganji wa mbere yahinduye batatu mu bagize (...)

Somaliya : Umushikiranganji wa mbere yahinduye batatu mu bagize Reta

jeudi 4 janvier 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko, abakuwe mu mabanga n’umushikiranganji ajejwe imigenderanire n’amakungu, Yusuf Garaad Omar ; umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Abdi Farah Said Juha hamwe n’umushikiranganji w’ubudandaji, Khadra Ahmed Duale.

Umushikiranganji wa mbere, ahinduye Reta, mu gihe iyo Reta yari imaze igihe yidogerwa ko yananiwe guhagarika ibitero vy’abarwanyi b’umuhari w’intagondwa Al Shabaab.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.