Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Somariya : Umukuru w’urwego rw’abahagarikizi b’umupira w’amaguru (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somariya : Umukuru w’urwego rw’abahagarikizi b’umupira w’amaguru (...)

Somariya : Umukuru w’urwego rw’abahagarikizi b’umupira w’amaguru yishwe

vendredi 18 Myandagaro 2017

Osman Jama Dirah yishwe arashwe avuye mu musigiti aho ku murwa mukuru wa Somariya i Mogadiscio.

Abakoze ubwo bwicanyi nta muntu arashobora kubamenya ariko abari aho yarasiwe bamenyesha ko babonye abagabo 2 bitwaje inkoho ntoyi za pistolets ko aribo boba bamurashe.

Osman Jama Dirah yari mu bahagarikizi b’umupira w’amaguru bakomeye aho mu gihugu ca Somariya ,akaba ariwe yararongoye urwego rw’abahagarikizi w’umupira w’amaguru ku rwego rw’igihugu.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.