Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sudani y’Epfo : Impande zishamiranye zashize umukono ku masezerano yo (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Sudani y’Epfo : Impande zishamiranye zashize umukono ku masezerano yo (...)

Sudani y’Epfo : Impande zishamiranye zashize umukono ku masezerano yo guhagarika intambara

vendredi 22 décembre 2017

Naho atari ubwa mbere izo mpande zibiri zishira umukono ku masezerano mu nyuma ntakurikizwe,abakwirikiranira hafi indyane zo mu gihugu ca Sudani y’Epfo bavuga ko ayo masezerano ari intambwe izotuma intambara zo muri ico gihugu zihera ,mu gihe haciye imyaka 4 hari intureka z’ingwano.

Bivugwako ayo masezerano yashiriweko umukono i Addis Abbeba ku mugwa mukuru w’igihugu ca Etiyopiya ,bizofasha kugira amashirahamwe mpuzamakungu ashobore gushikana imfashanyo ku basinzikajwe n’intambara .

Igihugu ca Sudani y’Epfo caronse intahe yo kwikukira mu mwaka wa 2011,inyuma y’imyaka 2 gica kija mu ntambara zadutse kukutumvikana hagati y’umukuru w’igihugu Salva Kiir n’icegera ciwe Riek Machar.

Mwomenya ko abantu baharurwa mu mariyoni aribo bivugwa ko bamaze guta izabo kuva izo ntambara zitanguye.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.