Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sudani y’Epfo: Ukudatumira Riek Machar mu biganiro bishobora gutuma indyane (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Sudani y’Epfo: Ukudatumira Riek Machar mu biganiro bishobora gutuma indyane (...)

Sudani y’Epfo: Ukudatumira Riek Machar mu biganiro bishobora gutuma indyane zibandanya

jeudi 27 Mukakaro 2017

Amakuru ava aho muri Sudani y’Epfo amenyesha ko kugira amahoro arama aboneke ,impande zose zifise uruhara mu kugarukana amahoro n’umutekano zitegerezwa gutumirwa.

Ivyo bikaba biriko bisabwa mu gihe abashikiranganji bo mu bihugu bihurikiye mu muryango wa Afirika y’Ubuseruko bafitaniye umubonano mu gihugu ca Sudani y’Epfo muri ino ndwi ,nabo bakaba bashikirjje ko abazoserukira Riek Machar bazotumirwa ariko we kubwiwe ko atazotumirwa.

Mwomenya ko abanyagihugu baharurwa mu mamiriyoni aribo bataye izabo mu gihe uwahoze ari icegera c’umukuru w’igihugu Riek Machar atanguje ingwano, inyuma y’igihe gito yirukanywe mu mabanga n’umukuru w’igihugu Salvakir.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.