Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Tanzania : Abantu bitwaje ibirwanisho bishe abaporisi umunani
Tanzania : Abantu bitwaje ibirwanisho bishe abaporisi umunani
vendredi 14 Ndamukiza 2017, par
Abaporisi umunani bishwe mw’ijoro ryo ku munsi wa gatatu n’abantu bataramenyekana bari bitwaje ibigwanisho mu gihugu ca Tanzaniya, bakaba babategereye bari mw’ibarabara.
BBC ivuga ko abo bapolisi batewe bariko bagenzura akarere basubiye mu kigwati ca Bungu, ku birometero 110, mu bumanuko bw’umugwa mukuru Dar es Salaam.
Igiporisi kivuga ko cakurikiye izo nkozi z’ikibi iyo zagiye kwinyegeza, cicamwo zine, babanje kurasana.
Umukuru w’igihugu ca Tanzaniya, John Magufuli yiyamirije ubwo bwicanyi.
Umushikiranganji ajejwe ibibazo vyo mu gihugu, Mwigulu Nchemba, yavuze ko hagiye gukogwa itohoza kuri ubwo bwicanyi.
IGIHE
Messages
14 Ndamukiza 2017, 20:35, par Wakera
Abo bapolisi bishwe n’impunzi z’abarundi za mujeri sans echec
15 Ndamukiza 2017, 14:57, par Ndikuriyo
Gwanya Abo Basi Bamahoro Waishe Biraivo Ichi Itakuwa Kama Rdc Futa Kabisa
15 Ndamukiza 2017, 17:05, par kamaro
abo bagizi banabi MUKAPA nabasabire imbabazi nkuko yazisabiye abagizi banabi bomuburundi hama reta yatanzaniya itaguze ibiganiro nabo, wosanga bafise ivyo basaba reta yatanzaniya
15 Ndamukiza 2017, 19:48, par Mtanzania
Enyi watanzania nawaomba tuwe na utulivu tele,tusivunjishwe mifupa na matokeo yale mabaya ya mauaji ya bwana ndugu zetu maaskari wanane katika mkoa wa pwani ,hasa hasa kwenye balabala inaotoka jijini dar es salaam kufika kule lindi.watanzania wote nimewasihi tuwe na ushirikiano,tuwe wazalendo wa ukweli!
15 Ndamukiza 2017, 20:36, par Wakera
Izo n’izambonerakure bama bakingira ikibaba zabagandaguye!!! Uwo yiyita Wakera arahumba ivyiyumviro vyanje birarashe sinkivyo vy’imbonerakure zama ziteze amashi ngo bazihe Buruguri y’abashinwa
16 Ndamukiza 2017, 19:13, par Wakera
Twe ba mujeri sindumuja twihaye inkumbi. Turakomeye gose
17 Ndamukiza 2017, 19:56, par Nema
Fanya Chiniju Muwashugulikie Majangili Hao .
18 Ndamukiza 2017, 17:35, par Ntakirutimana Jonatan
Tunawapa pore wa Tanzania wote ambao wa mepoteza Ma POLICE 8, Mungu awa fariji, pamoja na family ambazo zimepoteza duguzao, na Mungu awaongeze nguvu kwakukomesha hao majambazi.
Mungu bariki wa Tanzania wa ishi kwa amani nausarama.
Amen.