Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Tanzaniya: Reta yahagaritse ishorwa ry’ibifungurwa mu bindi bihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Tanzaniya: Reta yahagaritse ishorwa ry’ibifungurwa mu bindi bihugu

Tanzaniya: Reta yahagaritse ishorwa ry’ibifungurwa mu bindi bihugu

mercredi 28 Ruheshi 2017

Kassim Majaliwa yavuze ko uwuzofatwa atwaye ibifungurwa mu bihugu bibanyi, ivyo bifungurwa bizoca bijanwa mu mu kigega c’igihugu, imodoka na yo yakoreshejwe mu kubitwara izoca ihabwa igipolisi.

Umushikiranganji wa mbere yavuze ko Reta itazokwemera na cane cane urudandazwa rw’ifu y’ibigori, kuko iyo fu isanzwe ifasha amahinguriro yo hagati mu gihugu.

Kassim Majaliwa yavuze ko abadandaza bo mu gihugu ca Tanzaniya bategerezwa kugurira infungurwa aho biri vyinshi,bakabijana kubidandaza aho bitari.

Ivyo vyose yabishikirije,inyuma yaho hari imiduga 10 yafashwe ajanye ibifungurwa mu gihugu ca Kenya.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.