Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Turquie: Uwagiriza ubwicanyi buca ari umwaka mushasha yafashwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Turquie: Uwagiriza ubwicanyi buca ari umwaka mushasha yafashwe

Turquie: Uwagiriza ubwicanyi buca ari umwaka mushasha yafashwe

mardi 17 Nzero 2017

Umugabo yakoze ubwicanyi buca hahimbazwa umwaka mushasha mu gisagara ca Istambul mu gihugu ca Tirikiya,yahagaritswe n’igipolisi mu gatondo ko kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 17 Nzero 2017.

Uwo yakoze ubwo bwicanyi azwi kw’izina rya Abdukadir Masharipov ,akaba yahitanye abantu 39 bahasize ubuzima,mu gihe bari mu nzu y’ubutambiro yitwa Reina.

Ayo makuru yifatwa rya Abdukadir Masharipov yemejwe n’abamenyeshamakuru bakorera mu gihugu ca Tirikiya.Bivugwa ko yafatiwe mu karere ka Esenyurt mu gisagara ca Istanbul.

Abanyagihugu ba Israel, Tunisia, Liban, India, Ububiligi, Yordania na Arabie Saudite bari mu bishwe mu gihe abandi amajana n’amajana bakomeretse.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.