Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
USA: Donal Trump yisubiyeko kuvyo yaheruka gushikiriza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Mu makungu > USA: Donal Trump yisubiyeko kuvyo yaheruka gushikiriza

USA: Donal Trump yisubiyeko kuvyo yaheruka gushikiriza

Wednesday 18 July 2018, by vianney

Donald Trump yamenyesheje ko kamuciyemwo ku musi wa mbere igiye yahakana ivyemejwe n’urwo rwego ariko kubwiwe yashaka kuvuga kwatamvo n’imwe afise yo kutemeza k’Uburusiya bwivanze mu matora yo muri Amerika.

Abantu benshi baho muri Amerika harimwo n’abanywanyi biwe bamusuzuguye ku majambo yashikirije ahejeje kubonana n’umukuru w’igihugu c’Uburusiya bongera bamusaba kwisigura kurayo majambo yavuze.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.