Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
USA : Donald Trump asabwa kutemeza Yerusaremu nk’umurwa mukuru wa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA : Donald Trump asabwa kutemeza Yerusaremu nk’umurwa mukuru wa (...)

USA : Donald Trump asabwa kutemeza Yerusaremu nk’umurwa mukuru wa Isirayeri

mercredi 6 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Umukuru w’igihugu ca Turquie Recep Tayyip Erdogan yashikirije ko ibibazo bizanje n’igisagara ca Yerusaremu ari umurongo utukura ku bemera idini rya Isiramu.

Tayyip Erdogan yavuze ati : « Ikibazo ca Yerusaremu ni umurongo utukura kw’idini rya Isiramu, ku buryo igihugu canje cohava kivavanura na Israel "

Kubw’umukuru w’igihugu c’Ubufaransa Emmanuel Macron, yasavye mugenzi we wa Reta zunze ubumwe za Amerika kudaha agaciro ivyo vyashikirijwe.

N’aho igisagara ca Yerusaremu kitazwi n’umuryango mpuzamakungu Onu nk’umugwa mukuru wa Israel, ibihugu vya Israel na Palestine bisanzwe bigwanira ico gisagara kimwe kivuga ko ari umugwa mukuru waco.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.