Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
USA : Donald Trump yemeye guhura na Kim Jong Un wa Koreya ya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA : Donald Trump yemeye guhura na Kim Jong Un wa Koreya ya (...)

USA : Donald Trump yemeye guhura na Kim Jong Un wa Koreya ya Ruguru

vendredi 9 mars 2018

Uwo mubonano utegekanijwe mu kwezi kwa gatanu 2018, uzoba ubaye umubonano wa mbere hagati y’abakuru b’ibihubu vya Reta Zunze Ubumwe za Amerika na Koreya ya Ruguru.

Amakuru dukesha urubuga rw’iradiyo y’abafaransa RFI, amenyesha ko ingingo yo guhura hagati y’aba bakuru b’ibihugu babiri, yafashwe inyuma yaho hari haheze umwaka , umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Donald Trump aterana amajambo na Kim Jong Un. Wa Koreya ya Ruguru.

Ubutumire bw’umukuru w’igihugu ca Koreya ya Ruguru bwajanywe n’umuhanuzi wiwe ajejwe umutekano Chung Eui-yong , aca ashima igikorwa ca Donald Trump co gutuma hasubira umwumvikano hagati y’ibihugu bibiri.

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter, Donald Trump yasubiye kwemeza ko naho umukuru w’igihugu ca Koreya ya Ruguru Kim Jong Un yemeye kutagerageza ibirwanisho ruhonyanganda,ibihano vyovyo bizogumaho, gushika bashitse ku masezerano.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.