Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA : Donald Trump yijeje ko inama imuhuza na Kim Jong Un ishobora (...)
USA : Donald Trump yijeje ko inama imuhuza na Kim Jong Un ishobora kuba
samedi 26 mai 2018
Donald Trump yavuze ko inama ishobora gupfa igasubira ikazuka.ivyo yabishikirije inyuma y’umunsi umwe atangaje ko uwo mubonano wari utegekanijwe utazoba.
Uwo mukuru w’igihugu wa Amerika yavuze ko kubona yihindukiza mw’ijambo biri mu mikenyuro yo kugiranira ibiganiro.
BIKORIMANA Vianney
Messages
26 mai 2018, 21:31, par Daniella
Abanyamerika,ntabwenge,bafise,batoye,urya,mutama,Trump,aho,gutora,HilalyCringiton,umukenyezi,akirhmuto,uwo,mutama,ntakazoza,afitiye,abanyamerika.Koreya,yaruguru,izobatikiza,nibigwanisho,ruhnyanganda,kubera,urya,mutama,Trump,nibihangane.!
27 mai 2018, 22:16, par delicus
hari ikintu m utazi !!.burya kwisi ntamahoro azigera aboneka kiretse nitwaronka umwami mwizayesu kristo trump nabo bakoreya nibo bafitaniye ingorane bonyene tgusa ?oya da ! ni isi yose.reka dusenge ncuti nayo ivya amerika ntawobita mwumutwe atagomba ko bawucacura. ndangije mvuga nti:bumvikane canke bareke isi yarangiye ubutware bagiye kubwakwa buhabwe ububaha imana bakitondera ivyagezwe vyayo bakizera yesu.imana ibahezagire murakoze@