Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amerika : John Kelly yatowe kuba umukuru w’ibiro White House - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amerika : John Kelly yatowe kuba umukuru w’ibiro White House

Amerika : John Kelly yatowe kuba umukuru w’ibiro White House

samedi 29 Mukakaro 2017

Kuri uyu wa gatanu niho umukuru w’igihugu Donald Trump yamenyesheje abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter ko yakuye Reince Priebus mu mabanga yo kuba umuyobozi mukuru wa White House ariko Priebus ku musi wa kane akaba yari yashikirije ko atanze imihoho muri ayo mabanga kuko babivuganye n’umukuru w’igihugu.

Reince Priebus yabanje kuba umukuru w’inama nkuru y’umugambwe w’abarepuburike (RNC:Republic National Committee) imbere yuko aba umukuru w’ibiro White House, akaba yagirijwe ko ariwe yatanga amakuru avuye mu biro vy’umukuru w’igihugu ayaha abamenyeshamakuru.
Mu butumwa yacishije kuri Twitter Donald Trump umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika yashimiye Priebus ku bikorwa yakoze .


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.