Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amerika : Sentare zanse kwemeza icipfuzo co kubuza abava mu bihugu vyaba (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amerika : Sentare zanse kwemeza icipfuzo co kubuza abava mu bihugu vyaba (...)

Amerika : Sentare zanse kwemeza icipfuzo co kubuza abava mu bihugu vyaba Islam kwinjira mu gihugu

mardi 13 Ruheshi 2017

Sentare isubiramwo imanza ya San Francisco yashigikiye ingingo yari yafashwe ubwa mbere yavuga ko abatoronswa uburenganzira bwo kwinjira muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika ari abava mu bihugu bitandatu bigwiriyemwo aba islamu.

Amakuru dukesha Iradiyo y’abongereza BBC amenyensha ko iyo sentare nyene yari yavuze ko Reta ifise uburenganzira bwo kugabanya ibitigiri vy’abinjira muri Reta zunze Ubumwe za Amerika.

Umukuru w’igihugu Donald Trump yaheruka kurungika ubutumwa bwa Twitter mu ntango z’uku kwezi kwa Ruheshi avuga ko yipfuza amategeko akaze kurusha ayo yashize muri ico cifuzo, kugirango igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika kironke umutekano.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.