Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ububirigi:Abantu 3 bishwe barashwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Mu makungu > Ububirigi:Abantu 3 bishwe barashwe

Ububirigi:Abantu 3 bishwe barashwe

Tuesday 29 May 2018, by Jean De Dieu

Amakuru dukesha iradiyo BBC amenyeshako uyo mugabo yarashe abo bantu 3 yarashwe n’igiporisi inyuma yaho agiriye ingwati umupfasoni akubura mu kigo c’ishure.

Ayo makuru abandanya avuga ko hari n’abandi baporisi 2 bakomeretse.

Gushika ubu ntiharamenyekana imvo zatumye uyo mugabo akora iryo bara.

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu w’ico gihugu Jan Jambon yashikirije ko ikigo kijejwe gukurikiranira hafi ibijanye n’iterabwoba kiriko kiratohoza ivyabaye.

Ububiligi buguma bugavye kuva habaye igitero co mu 2016 ciyitiriwe n’umugwi wa Etat Islamique cahitanye abantu 32.

Kuva mu mwaka wa 2016 habaye igitero cahitanye ubuzima bw’abantu 32,igihugu c’ububirigi kiguma kigavye mu ntumbero yo guhangana n’ubwo bubisha.


Bikorimana Vianney

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.