Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Ububirigi : Cécile Kyenge yabonanye na Pacifique NININAHAZWE n’abandi
Ububirigi : Cécile Kyenge yabonanye na Pacifique NININAHAZWE n’abandi
mardi 9 Rusama 2017, par
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter, Cecile Kyenge yamenyesheje ko baganiriye ku ndyane za poritike ziri mu Burundi, hamwe n’umutekano muke.
- Kuri iyo sanamu, Cécile Kyenge agira gatatu uhereye kuri Vital NSHIMIRIMANA, canke kuri Pacifique NININAHAZWE (uva i buryo uja i bubamfu)kuri Pa
Messages
9 Rusama 2017, 18:05, par Cobla rouge
Nta Pacifique tugishaka kwumva ingene yabeshe abana bacu Baja mw,ibarabara bahagirira ibibazo, aduhenda ngo duturire abantu mumapine yibazako ari 1993 dusanga ntibigishoboka
. Natasaba imbabazi Imana azopfa yangara nka gahini!!?? Ndamwibarize ko mu Burundi hari Leta igizwe n,amoko yose ubwoko aharanira babwita gute???? Shame on him
9 Rusama 2017, 18:08, par Nyandwi
None uretse kubura ubwenge nkuyu mugore wumu congolaise politique y’abarundi arashakamo iki. Yabanje akavuganira bene wabo batagira umuhanda. Nawe ameze nkacyagishushumbwa WAKERA.
9 Rusama 2017, 19:34, par Kisassi
Raba sha Intwali z’u Burundi,DD ntimuzoducarukana
9 Rusama 2017, 20:03, par Gitarama Jean
Uyu mugore ni inshuti ya Louis Michel. Bose barya amahera ya Rukarabankaba Paul Kagame. Ntimugire ngo ni impuhwe afitiye abarundi. Umugabo we yirwa muri Congo yiba Zahabu. Muzatohoze neza wasanga bayinyuza mu Rwanda.
9 Rusama 2017, 21:42
AHUKUZA GUSABIKIGONGWE ABENEGIHUGU!
10 Rusama 2017, 05:46, par Wakera
@Nyandwi, Ndaziko Wakera DD imutinya ariko ntakundi mwihangane kuko ivyanyu vyaramaze kuyangara!!!! Leta y’icaduka itegerezwa gutemba!
10 Nyakanga 2017, 07:01, par nephtalie
Mbe pacifique niwe azokemura ibibazo vy’abarundi aho yamuha umubonano?Kuber’iki ataje mu burundi ngo abiganireko na leta?Pacifique ni president?Iyo mibonano yo hanze iratey’amakenga.