Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ububirigi: Umwana w’imyaka 8 agiye gutangura kaminuza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Mu makungu > Ububirigi: Umwana w’imyaka 8 agiye gutangura kaminuza

Ububirigi: Umwana w’imyaka 8 agiye gutangura kaminuza

Monday 2 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha iradiyo BBC amenyeshako Laurent Simons yize mu mwaka umwe n’igice ivyigwa twokwize mu myaka itandatu.

Laurent Simons afise se wiwe avuka mu Bubirigi hamwe na nyina wiwe avuka mu gihugu ca Hollande .

Ayo makuru avuka ko uyo mwana afise ubwenge bita "Quotient Intellectuel"
bungana n’i 145.

Laurent Simons yaronse urupapuro rw’umutsindo ari kumwe n’abana bafise imyaka 18.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.