Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubufaransa:Umuyobozi w’ikinyamakuru Le Figaro yitavye Imana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubufaransa:Umuyobozi w’ikinyamakuru Le Figaro yitavye Imana

Ubufaransa:Umuyobozi w’ikinyamakuru Le Figaro yitavye Imana

mercredi 30 mai 2018

Umuryango wiwe wamenyesheje urupfu rwiwe uvuga ko Serges Dassault yaguye mu biro iwe biri Champs Elysees ahitanywe n’ingwara ya giturumbuka.

Muvyo uwo muryango wa Serges Dassault washikirije ,wamenyesheje ko inyuma yo gufatwa n’ingwara y’umutima.

Serges Dassault asanzwe ari mu bantu 5 baza ubwa mbere batunze mu gihugu c’Ubufaransa bikavugwa ko, ubutunzi bwiwe bungana imiriyaridi 20 z’amafaranga y’abanyaburaya.

Serges Dassault yarabaye n’umunyeporitike mu gihugu ciwe vyatumye aba umukenguzamateka hamwe n’umukuru w’igisagara Corbeil-Essonnes, giherereye mu bumanuko bw’umurwa mukuru Paris.


BIKORIMANA Vianney

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.