Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuganda : Umukuru w’igihugu yemeje itegeko rikuraho imyaka y’uwitoza kuba (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Ubuganda : Umukuru w’igihugu yemeje itegeko rikuraho imyaka y’uwitoza kuba (...)

Ubuganda : Umukuru w’igihugu yemeje itegeko rikuraho imyaka y’uwitoza kuba umukuru w’igihugu

mercredi 3 janvier 2018

Ingingo ivuga ku myaka umukuru w’igihugu c’Ubuganda adakwiye kuba arengeje, niyo yafatwa nk’iyizotera ikibazo umukuru w’igihugu Yoweri Museveni, mu gihe ikiringo ariko aratwara kizoba giheze.

Inama nshingamateka y’Ubuganda yemeje iryo bwirizwa nshingiro hakuwemwo ingingo ivuga ko umukuru w’igihugu c’Ubuganda aba atarenza imyaka 75 y’amavuko, ikiringo c’abashingamateka kikava ku myaka itanu, kikaja ku myaka indwi.

Iyo ngingo iyo iguma mw’ibwirizwa nshingiro, yari gutuma Yoweri Museveni afise imyaka 73 ubu adashobora kwitoza, ariko ubu agashobora ku zokwitoza, mu kiringo kigira indwi co kurongora Ubuganda.

Ikinyamakuru Dail Monitor camenyesheje ko umuhanuzi w’umukuru w’igihugu Yoweri MUSEVENI,Linda Nabusayi, yemeje ishirwako umukono ry’iryo tegeko.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.