Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuhindi : Abantu 96 bahitanwe n’impanuka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubuhindi : Abantu 96 bahitanwe n’impanuka

Ubuhindi : Abantu 96 bahitanwe n’impanuka

dimanche 20 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Igiporisi co mu Buhindi kivuga ko abantu bagera 96 bishwe n’impanuka y’imodoka 14 za gari ya moshi zataye inzira, mu gisagara ca Uttar Pradesh.

Iyo mpanuka yabereye ku murongo wa Indore-Parna Express, hafi y’igisagara ca Kanpur, nk’uko BBC ibivuga.

Abatabazi bashoboye kurondera inzira binjira mu modoka za gari ya moshi bakuramwo imivyimba, bongera batabara abakomeretse bagera kw’ijana na mirongo itanu.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.