Accueil > Amakuru > Poritike > Uwahora aserukira Uburundi mu Bubirigi yatumweko
Uwahora aserukira Uburundi mu Bubirigi yatumweko
vendredi 9 Kigarama 2016, par
Amakuru ashikirizwa n’itangazamakuru mu gihugu c’Ububiligi amenyesha ko Reta y’Uburundi yatumyeko uwahora aserukira Uburundi i Bruxelles, mu gihugu c’Ububiligi. Ivyo bibaye mu gihe imigenderanire itera itosekara kurushiriza hagati y’Uburundi n’Ububiligi.
Ikinyamakuru gikoresha ururimi rw’igifaransa gisohoka imisi yose co mu Bubiligi, La Libre, camenyesheje ku musi wa kane, ko Ambasadeur Jeremie Banigwaninzigo, yatumweko mu mibonano na Reta y’Uburundi.
Itororokanirizo ry’amakuru ryo mu Bubiligi, Belga, ryatangaje ko inkuru yashizwe ahabona n’ikinyamakuru La Libre, yemejwe n’ubushikiranganji bujejwe imigenderanire bw’Ububiligi.
Reta y’Uburundi yagirije Ububiligi, bwahoze bukoronije Uburundi, ko bwari inyuma y’igeregezwa ry’ugutembagaza ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza, mu kwezi kwa gatanu mu mwaka uheze.
Reta y’Uburundi ntaco iravuga ku nkuru yerekeye ihamagarwa rya Ambasadeur Jeremie Banigwaninzigo.
IGIHE
Messages
9 Kigarama 2016, 07:27, par marthe niyomanzi
naze ntakundi
9 Kigarama 2016, 07:34, par w
Natahe ntzkubandanya dukorana nabamenja nkabarya kuko ntamaho badushakira kuko ntaneza batwipfuriza kanatsinda babika ninkozi zibibi gusa
9 Kigarama 2016, 08:39, par Felix Muhire
Naveyo. Bazomushakira akandi kazi.Ambassade ya.Belgique nayo no yugare i Bujumbura. Ibintu vyoca vyoroha.None.Belgique ibuze Uburundi ntibwobaho?
9 Kigarama 2016, 08:39, par Mkapa
DD irarangiye,guhangana n’u Rwanda ni ukwitera umwaku,umujyi usigaye ushya ukabura abawuzimya,helicopteres zizimya mwazikurahe?mwakoze montage yo kwirasa kwa Nyamitwe Willy birabapfubana,mutegereze akari inyuma karahinda
9 Kigarama 2016, 09:27, par Nahayo.Nestor
Agafunikabagarubumwenakarengenabaritahiramazumusimigenderanireyagarutsezosubirayo
9 Kigarama 2016, 09:36, par JUMA CHAN
Mudutohoreza amakuru yuko Ntibantunganya Sylvestre azotahuka dimanche .
9 Kigarama 2016, 11:15, par JONAS
NATAHEUBUBIRIGI NTANAKIMWEBWA TUMARIYE ATARIKU DUSAMBURAGUSA TUZOTUNGWAN’ IMANAYOMWIJURU KANDINDASHIMYE KUBONAMUMUKUYE YONUWUR’IBUJUMB URANASUBIRIWABO ABABILIGINABAMA CAKUBIRIGUSA
9 Kigarama 2016, 11:18, par tijos
Basha nagende nanone ntaco yaramaze, niryo zina ryiwe je mbona riteye ubwoba
9 Kigarama 2016, 12:17, par Wilson
Naveyo’uburaro’nuburamuko’siyo’twabuziga’uwukwase’ntakumwisemba’niko’kagaye’ka bazungu’niho’bobonako’twikukiye
9 Kigarama 2016, 16:13, par mahoro
IYUMUPFU APFANYWE NUMUNTU AVUGANGO WAMUZANY AREMVYE. NAZE NKIKIMARAMARE NYENE. NGO NAVEYO EGO DADA NNE NTIKAMUHERANYE NTAJE, IGITIGIRI CABASUMA VYIYONGERE, NGWABASIRIKARE BAVE MUMAHANG IYOBARI KUVUMBA UBUZIMA, BIBA BAFISE IYOBIKORA BOZA NAHO! EGO DADA, TURAPFA RUBI, ARIKO INZARA YO BANYARUCARI TURAHAGWA P, SITWE TUZOBONA 2020 IRAGEZE TUGAHINDURA IBINTU PU
9 Kigarama 2016, 17:37, par Salvator Bitaho
Ahubwo ivyo kumukurayo vyari vyatevye. Ntabucuti tukiziga k’Ububirigi.Bamujeri nibo bicaye yo,none uyo mutware yogumira y’iki?Ahubwo uw’Ububirigi ni bamwurize indege atuvire mu gihugu;nakare ntaco batumariye atari ugushigikira abo ba mujeri.Uburundi buzobaho abo Babirigi nubwo bogenda, Imana iratubona kuko iradukunda.
9 Kigarama 2016, 17:38, par JONAS
PREZIDAGUMA UDUTWARATWAGUH AWENIMANA MBEGA UMWAMI DAWIDI NTI YATWAYEGUSHIKA AGEZEUZABUKURU ZAANDA NINTWARO ZABERUMINATE AHU BW’ABARUNDITUZO TORANAMPAKA UWU SHAKAYIYAHURE TUKURINYUM’ABARU NDIKAND’URAZIKOTU GUKUNDA 100%
9 Kigarama 2016, 19:16, par Nema
Naveyo Nta Ndagukunda Nka Kwankirumwana . Ububirigi Hovyo !
9 Kigarama 2016, 20:30, par murundi yuzuye
komera burundi
9 Kigarama 2016, 21:08, par nsaguye andré
natahekuko ububirigintakezakabo
9 Kigarama 2016, 22:04, par ALEXIS
IYONKURU NAHOYOBA ARIYO NIVYIZA
10 Kigarama 2016, 21:34, par Clodie
Nagume Adutwara Guko Twiga Kubuntu Abana Bato Bakavugwa Kubuntu
11 Kigarama 2016, 02:07, par mzoyihera intagoheka
Ahubwo bananiwe nugutumako nabasazwe barimubindi bihugu, aba DD basigare bitunye nkigikoba cigurube, uri muri marekani, wewe arindiriyiki? nuwarungitse mubufarasa, nabo muzaburayi, nahandi nahandi!, abobose bikurako bazobarondera urumi rurekera, abakera nibo bayamaze ngo ico yanse barabika, nayabo bazoza kubarondera batabahagaye, ubujujubwo.
11 Kigarama 2016, 11:35, par Mob
Ariko koko nakumiro,ubu uburundi buravahe burajahe!!!habuze koko nigihugu kibagira inama!!!Hatari kabisa,iyintwaro yumukazo igiye kurimbuka kandi izahitana abanyagihugu benshi binzirakarengane
11 Kigarama 2016, 13:37, par Burundi
Muragize neza. Kugira projet yo kuryanisha Abarundi ibandanye, ba bicanyi ba Pacifique bararonse ikibanza.
12 Kigarama 2016, 09:18, par sawa
ok
12 Kigarama 2016, 11:36, par Keza
hahahahahaha nkurunziza gose.! kikikikiiiiiiii ubu namwe ngo mukoze igikogwa kiri diplomatique gikaze rega.! hahahahaha ntimukatwenze. barihima mwene sejavu yafashe umupfasoni wiwe bariko baramwenda aca afata igisu arishahura (aca imyanya ye yibanga) ngo aramuhimye. kweli ubu gutumako uwahora aserukira Uburundi mu Bubirigi, mwiyumvira ko ubu biligi bubifitemo igihombo ki? hewe muriko murinyerako inzu nki Mpene
12 Kigarama 2016, 11:36, par Keza
hahahahahaha nkurunziza gose.! kikikikiiiiiiii ubu namwe ngo mukoze igikogwa kiri diplomatique gikaze rega.! hahahahaha ntimukatwenze. barihima mwene sejavu yafashe umupfasoni wiwe bariko baramwenda aca afata igisu arishahura (aca imyanya ye yibanga) ngo aramuhimye. kweli ubu gutumako uwahora aserukira Uburundi mu Bubirigi, mwiyumvira ko ubu biligi bubifitemo igihombo ki? hewe muriko murisenyerako inzu nki Mpene
12 Kigarama 2016, 16:51, par KARIKUMUTIMA@NGARA KAGERA TANZANIA
YEMWE YEMWE YEMWE NI MUVUGE MAKE KANDI MWIYUMVIRE MWIBUKA MURI 1994 MU RWANDA AHA BIHINDUTSE BAMWE BAMWE MU MAJAMBO MUVUGA MUZOMERA NKAVYABISIGARIRA VYA HAVYARIMANA JUVENAL KUBERA AMABI VYAKOZE N’AMAJAMBO VYAVUGA YOGUTURIRA MU RWANDA.RABA INGENE BANANIRWA GUSUBIRA MU GIHUGU CABO.AHO NI MUTEGEZE IVYO NDABABWIYE.
13 Kigarama 2016, 06:03, par Nzoyihera B..
Abo babirigi reta yuburundi yobava inyuma umuti wa mahoro woba ubonetse.
13 Kigarama 2016, 15:03, par NIYOKINDI Prudent
tudahendanye. uwubona yuko nkurunziza akora nabi ni umwasi w,amahoro. ahubwo akwiye kongezwa kuk aho yadukuye hari habi. uwutavyemera akwiye kwisubirak.