Accueil > Inkino > Amahiganwa > Uburundi bwatahukanye ikibanza ca 3 mw’ihiganwa rya "Goal Ball" i (...)
Uburundi bwatahukanye ikibanza ca 3 mw’ihiganwa rya "Goal Ball" i Kampala
lundi 20 Munyonyo 2017, par
Mu rukino rwo guhiganirwa ikibanza ca gatatu rwabaye igihe c’isaha umunani kuri uwu w’Imana, Uburundi bwirahiye igihugu ca Tanzaniya ku manota agera kuri 23 kuri 13, bukaba bwaciye bufata ikibanza ca gatatu inyuma y’igihugu ca Kenya hamwe n’Ubuganda.
Izo nkino Uburundi bukaba bwaserukiwe n’abahoze ku rugamba mu gisirikare c’Uburundi, nk’uko ayo makuru dukesha Colonel Gaspard BARATUZA umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi abimenyesha.
Pacifique BUKURU