Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uburusiya:Alaxei Navalny yipfuza gusubirira Vladimir Putin - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Uburusiya:Alaxei Navalny yipfuza gusubirira Vladimir Putin

Uburusiya:Alaxei Navalny yipfuza gusubirira Vladimir Putin

lundi 25 décembre 2017

Alexei Navalny agomba kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu c’Uburusiya yavuze ko ariko araronka abamushigikira benshi mu gihugu cose.

Alexei Navalny ariko akora ibishoboka vyose kugira izina ryiwe risubire kwandikwa mu bazokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu mu Burusiya mu kwezi kwa gatatu kw’umwaka uza.

Uwo atavuga rumwe na Reta y’Uburusiya akeneye amazina 500 muri buri gisagara uko ari ibisagara 25 aho afise abayoboke benshi, kandi ayo mazina yayaronse bimworoheye mu gisagara ca Moscou.

Naho ariko arakora ibishoboka, mu kwezi kwa kabiri uyu mwaka wa 2017, umurwi ujejwe gutegura amatora mu gihugu c’Uburusiya waramuhagaritse mu kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu mu kiringo c’imyaka itanu,yagirizwa kwiba amahera.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.