Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uburusiya : Vladimir Poutine yatorewe kurongora igihugu mu kiringo ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Uburusiya : Vladimir Poutine yatorewe kurongora igihugu mu kiringo ca (...)

Uburusiya : Vladimir Poutine yatorewe kurongora igihugu mu kiringo ca kane

lundi 19 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Naho amatora yitabwe n’abantu baharurwa ku bice 67 kw’ijana, nticabujije ko Vladimir Poutine atsinda ayo matora, ku majwi yababa ibice 76,7 kw’ijana.

Amakuru dukesha iradiyo y’abafaransa RFI, amenyesha ko abategetsi b’Uburusiya bari bihaye ihangiro ko, abantu bitaba amatora gushika ku bice 70 kw’ijana, mbere bari bashize n’uburyo bwinshi mu guhamagarira abanyagihugu kwitaba amatora.

Ku ruhande rw’amashirahamwe ategamiye Reta, bamenyesha ko amatora yatsinzwe na Vladimir Poutine yaranzwe n’utunenge twinshi, akavuga ko utunenge 300 aritwo twibonekeje muri ayo matora.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.