Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uburusiya : Vladimir Putin yasavye ibiganiro vyubaka na Amerika - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Uburusiya : Vladimir Putin yasavye ibiganiro vyubaka na Amerika

Uburusiya : Vladimir Putin yasavye ibiganiro vyubaka na Amerika

dimanche 31 décembre 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko Vladimir Putin yavuze kandi ko ivyo biganiro vyofasha kurabira hamwe ingorane zihanze amakungu.

Mw’ijambo ry’umwaka mushasha yashikirije, Vladimir Putin yavuze ko bihambaye ngw’imigenderanire y’Uburusiya na Amerika yubakwe ku kungana no kwubahana.

Umukuru w’igihugu c’Uburusiya,yavuze ko ivyo vyokwugurura inzira yotuma haba imigenderanire y’ukuri hagati y’Uburusiya na Reta Zunze Ubumwe za Amerika ku gihe kirekire.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.