Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uburusiya bwagiriza Amerika gutanguza intambara y’ubudandaji - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Uburusiya bwagiriza Amerika gutanguza intambara y’ubudandaji

Uburusiya bwagiriza Amerika gutanguza intambara y’ubudandaji

jeudi 3 Myandagaro 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko Dimitri Medvedev ingingo z’umukuru w’igihugu Donald Trump zerekana ubushobozi buke afise, gushika aho n’inama nkenguzamateka ivyerekana.

Itegeko ry’umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika rifise intumbero yo guha ibihano Uburusiya kuvyo bwagirizwa ko bwagize uruhara mu matora y’umukuru w’igihugu muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, hamwe n’ibikorwa bukora mu gihugu ca Ukraine.

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Dimitri Medvedev yavuze kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 2 Myandagaro 2017, ko ivyo bihano ku Burusiya bihejeje icizere co kubandanya imigenderanire n’ubutegetsi bwa Reta Zunze Ubumwe za Amerika.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.