Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuserukizi bw’Uburundi i New York bumenyesha ko uwuzotora afatiriwe (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ubuserukizi bw’Uburundi i New York bumenyesha ko uwuzotora afatiriwe (...)

Ubuserukizi bw’Uburundi i New York bumenyesha ko uwuzotora afatiriwe ashobora gutuma

mercredi 9 mai 2018

Mw’itangazo ry’ubuserukizi bw’Uburundi mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, ubwo buserukizi bumenyesha ko uwutora azoba yitwaje ikarata karangamuntu n’ikarata iranga uwutora.

Ku wuzoba adafise umwanya kubera imvo z’akazi bikaba ngombwa ko atuma uwumutorera, ubuserukizi bw’Uburundi mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, bumenyesha ko, ategerezwa kurungika ikarata karangamuntu yiwe n’ikarata yiwe iranga uwutora.

Ubuserukizi bw’Uburundi mw’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU bumenyesha ko uwuzoba atumwe gutorera uwundi, ategerezwa kuba yiyandikishirije muri ico kibanza nyene, ko ariho azotorera.

Amatora yo kwemeza canke guhaka ibwirizwa nshingiro, ategekanijwe kw’igenekerezo rya 17 Rusama 2018.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.