Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu busaba abanyagihugu kwegeranya imiti (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu busaba abanyagihugu kwegeranya imiti (...)

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu busaba abanyagihugu kwegeranya imiti itagikora

vendredi 16 Ruheshi 2017

Mw’itangazo ry’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu no kurwanya SIDA ryateweko umukono n’umushikiranganji Muganga Josiane NIJIMBERE,ubushikiranganji busaba kandi abanyagihugu kwegeranya imiti itagikora kugira bayishikirize ibisata vy’amagara y’abantu bibegereye kugira iturirwe.

Iri tangazo risohotse inyuma y’iminsi mikeya umukuru w’igisagara ca Bujumbura, ari kumwe n’abajejwe umutekano hamwe n’abakozi bo mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu bafashe imiti yataye igihe muri zone ya Kinama,iri mu gisagara ca Bujumbura.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’amagara y’abantu yamenyesheje ko imiti yafashwe yari iyarengeje ikiringo co gukora ,ariko umwaka werekana ikiringo cawo co gukora kizohererako uri kuco utekewemwo wahinduwe.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.