Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubushinwa:Umukuru w’igihugu yagabishije ku bijanye n’ubwigenge bwa Hong (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubushinwa:Umukuru w’igihugu yagabishije ku bijanye n’ubwigenge bwa Hong (...)

Ubushinwa:Umukuru w’igihugu yagabishije ku bijanye n’ubwigenge bwa Hong Kong

samedi 1er Mukakaro 2017

Mu rugendo umukuru w’igihugu c’Ubushinwa Xi Jinping yagize mu ntara ya Hong Kong ,yamenyesheje ko igitero cose kizokorwa kuri Reta yiwe kijanye n’ivya Hong Kong kizoba giciye kubiri n’umurongo ntarengwa kubijanye na Hong Kong n’Ubushinwa.

Xi Jinping yavuze ati : «Ntibishoboka na gato.»

Mur’urwo rugendo rwiwe muri Hong Kong, Xi Jinping yari yitavye ibirori vyo kwimika mu mabanga, umuyobozi mushasha wa mbere w’umugore agiye gutwara Hong Kong, Carrie Lam kuva mu mwaka w’1997 Hong Kong igarutse ku Bushinwa .

Hari haheze imyaka 5 ata murongozi avuye i Pekin ngo agendere iyo ntara, inyuma y’imyaka 20 iheze igihugu c’Ubwongereza gihaye Ubushinwa iyo ntara ngo buyigenzure


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.