Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubutegetsi bwa Maréchal Mobutu bwasenyutse kuwa 16 Rusama 1997 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Wari uzi ko > Ubutegetsi bwa Maréchal Mobutu bwasenyutse kuwa 16 Rusama 1997

Ubutegetsi bwa Maréchal Mobutu bwasenyutse kuwa 16 Rusama 1997

mardi 16 Rusama 2017, par Jean de Dieu M.

Ubutegetsi bwa Maréchal Mobutu bwasenyutse kuwa 16 Rusama 1997. Kuva uwo munsi, Zaïre yahinduye amateka. Bukeye kw’igenekerezo rya 17, ingabo za AFDL zinjiranye intsinzi mu gisagara ca Kinshasa, zitabanje gutana mu mitwe n’abasirikare ba Zaïre

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.