Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubwongereza : Icegera c’umushikiranganji wa mbere yatanze imihoho - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubwongereza : Icegera c’umushikiranganji wa mbere yatanze imihoho

Ubwongereza : Icegera c’umushikiranganji wa mbere yatanze imihoho

jeudi 21 décembre 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abafaransa RFI, amenyesha ko haciye imyaka cumi ivyo bibaye, igihe Damian Green yari umushingamateka mu mwaka wa 2008.

Inyuma yo kwagirizwa gutunga amasanamu y’ibiterasoni hamwe no gushaka gushurashuza ku nguvu umwigeme w’umumenyeshamakuru, mugenzi we Theresa May asanzwe ari umushikiranganji wa mbere w’ubwongereza, yahanuye Damian Green gutanga imihoho .

Theresa May avuga ko ababajwe cane n’igenda rya Damian Green kuko yari umuhanuzi wiwe yemera cane, akaba agiye ku rundi rutonde rw ‘abashikiranganji batanze imihoho muri Reta y’ubwongereza mu kiringo gito


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.