IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubwongereza : Umuganwa Harry yambikanye impeta n’umugore wiwe (...)

Ubwongereza : Umuganwa Harry yambikanye impeta n’umugore wiwe Meghan

samedi 19 mai 2018

Ibirori vyitabwe n’abo mu muryango w’ibwami, hamwe n’abandi batumire bashika 600 bavuye mu bice bitandukanye vy’isi.

Muri abo batumire, harimwo Oprah Winfrey, George na Amal Clooney, umukinyi rurangiranwa w’umupira w’amaguru David Beckham n’umukenyezi wiwe Victoria Beckham na Sir Elton John.

Se bukwe w’umuganwa ntiyitavye ivyo birori, kuko akitswe n’amagara, ariko inabukwe Doria Ragland niwe yaherekeje umukobwa.

Uwundi mutumire ni umukinyi akomeye w’isinema wo mu Bwongereza Idris Elba.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.