Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubwongereza : Umugwi West Ham waronse umumenyereza mushasha - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ubwongereza : Umugwi West Ham waronse umumenyereza mushasha

Ubwongereza : Umugwi West Ham waronse umumenyereza mushasha

mardi 7 novembre 2017

Umumenyereza David Moyes yaramaze ikiringo c’amezi 5 ata mugwi numwe amenyereza inyuma yaho atanze imihoho mu mabanga yo kumenyereza umugwi wa Sunderland mu kwezi kwa rusama 2017.

David Moyes yatanze imihoho inyuma yaho uyo mugwi wa Sunderland yahora amenyereza umanutse ukaja mu cicaro ca 2.

David Moyes afise imyaka 54 akaba avuka mu gihugu ca Ecosse akaba amaze kumenyereza imigwi itari mike yo mu gihugu c’Ubwongereza nka Everton hamwe na Machester United.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.