Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uduca mugani - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imico kama > Umuco > Uduca mugani

Uduca mugani

dimanche 18 Munyonyo 2012

-  Buke buke nirwo rugendo
-  Buke buke bukomeza igihonyi
-  Buke buke bushikana umusiba ku mugezi
-  Wanka bangwe ntiwanka zana ndabe
-  Akabigira kabizi karya imboga karitse
-  Nyamutegera kazoza yakwereye inda ku yindi
-  Intabwirwa ibwirwa nuko amaso atukuye
-  Nyene Imbugita ni uwuyifashe ikirindi
-  Uwutazi umuti awunya ko
-  Umwansi agucira icobo Imana ikagucira icanzo
-  Inzira ya hagufi yamaze Abatwa,
……………….

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.