Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umudandaza wo mu Cibitoke yishwe n’abantu bamutegereye atashe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umudandaza wo mu Cibitoke yishwe n’abantu bamutegereye atashe

Umudandaza wo mu Cibitoke yishwe n’abantu bamutegereye atashe

lundi 1er Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Ubugizi bwa nabi bugizwe n’ubwicanyi bubandanya kwibonekeza kwibonekeza mu muhingo itandukanye y’igihugu c’Uburundi. Umugabo azwi kw’izina rya HABONIMANA James yishwe mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana, muri komine Mugina, intara ya Cibitoke.

Uwo yagandaguwe yahora ari umudandaza, akaba yishwe n’abantu bamutegereye atashe mw’ijoro baramukubita gushika aho apfa, baca bagenda bamutwaye n’amafaranga yari afise.

Mu giporisi mu ntara ya Cibitoke bavuga ko amatohoza yamaze gutangura


IGIHE

Messages

  • Abo bicanyi si abandi n’Imbonerakure nt’abandi babigize

  • Cya gisuma WAKERA catanguye kwiha inkumbi.

  • Abicabandi N,abonyene Bazopfa Ntakinyoma

  • Ndabinginze iyo mufashe abantu nk,abo nabo bicwe!!!? Baguma bateza igihugu ca nyakwubahwa Nkurunziza ngo nta mutekano kigira !!!!! Nama Mvuga ko icahora kibujije amahoro mu Burundi caraheze cari IGISODA C,UBWOKO BUMWE

  • Nta ntambwe bazoduterana kandi be muca mubicanabo umutekano mu Burundi warabonetse kuko igisirikare cubwoko bumwe Imana yakidukuyeko iduha igisirikare kivanze cizewe n,igihugu coose

  • if u know that u’ll die, u can’t kill your friend. why we kill ourselves? why?

  • ntakundi uburundi bwihangane

  • Uwomudandaza ya gandaguwe na bamwe bitwa imbonerakure bahawe ibirwanisho nankurunziza petero, ok yarabibahaye bizomugora kubibaka, iherezo bazobihindukiriza kubiwe.

  • Izo n’imbonerakure zamugandaguye kuko hari haciye imisi itatu ndiko mfata kamwe i Nyempundu mbona interahamwe zaho zasaze, nca manuka Nyamakarabo naho nsanga zariye amavubu, kuri zone Ruziba hoho ryaribara zari zifise ibihiri nibipanga!!! Nageze Nyeshenza nsanga arizo zicunze commune n’ibarabara kuva Rugombo gushika Mabayi!!! Na Usine y’i Buhoro nizo ziyicunze zaramaze gusubirira icahoze citwa igipolisi ca Munyoni!!! Zizopfa zangara!

  • @Mediator, Uratey agahinda!!! Ahuribaza unyiyitiriye ko abantu batagutwenga!!! Shame on you!!!

  • Mbega ni kuki hari abaca basimbira ku ma reseaux sociaux mugutangura guca urubanza atatohoza riratangura? ivyo bica vyerekana ko haba hariho abantu batari Imbonerakure aribo bariko barakora iryo shano.
    Opposition ntabwo muzoronka ico mwipfuza biciye mu bwicanyi? Ubu n’amakugu aramaze ku bamenya nimuhagarike Ubwicanyi kuko nta Bugabo buri mubwicanyi Amaherezo yanyu amera nkarya ya Gahini: mugapfa mwehera kuko muriko mutwara ubuzima bwaba Innocents kandi ntagikorerwa munsi y’ ijuru Imana idahorera kuko ariyo ibona hose n’ ivyihishijwe

  • Wakera Wakera Ushobora Kub Ufis Ikibazo!?Ntasoni Ugira Kumunw Uriko Urabesha?Wee! Mubuhoro Ntukahambik Urubwa Wana Kuk Ntahuzi Cank Ushaka Kuhaza Kugira Uhungabanye Umutekan Wah Nkuk Mubandany Mubigira Kugir Ngamakungu Abone Ngo Ntamutekan Mugihugu?Urabaza Sha Bazokubwira!!

  • Niryiz gutangur amatoz,kand bakwiy,kugarukana igihan cogupfa bafasw bagac nab babica

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.