Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe APDR uvuga ko ico uzotora mw’ibwirizwa nshingiro kizova mu nama (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe APDR uvuga ko ico uzotora mw’ibwirizwa nshingiro kizova mu nama (...)

Umugambwe APDR uvuga ko ico uzotora mw’ibwirizwa nshingiro kizova mu nama nkuru yawo

mardi 24 avril 2018

Umukuru w’umugambwe APDR, Gabriel BAZAWITONDE, amenyesha ko biteguriye kuzoja kwigisha ico bazotora muri ayo matora naho ikibazo c’uburyo kitazoborohera kuko bari bipfuje gukorera mu ntara zose.

Gabriel BANZAWITONDE avuga ko zimwe mu ngorane bashobora guhura nazo ari izijanye n’uburyo kuko bari bipfuje gukorera mu gihugu cose.

Uwo arongoye umugambwe APDR avuga kandi muvyo bategekanya ari ugukorera mu ntara zose kugira abanywanyi bawo bose bazohimirizwe kuco bazotora.

JPEG - 33.8 ko
Gabriel BANZAWITONDE, umukuru w’umugambwe APDR

Ukwiyamamariza amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro bizotangura kw’igenekerezo rya 1 bihere kurya 14 Rusama 2018, nkuko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.