Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe MSD urashima ingingo y’abacamanza ba CPI - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umugambwe MSD urashima ingingo y’abacamanza ba CPI

Umugambwe MSD urashima ingingo y’abacamanza ba CPI

lundi 13 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Mw’itangazo uwo mugambwe wasohoye kuri uwu wa mbere, Fransisko NYAMOYA, umunyamabanga mukuru w’uwo mugambwe amenyesha ko muri uwo mugambwe batera intege abashingwamanza bemeye kwitangira imiryango y’ababuze, mu kuyiburanira.

JPEG - 50.6 ko
Fransisko NYAMOYA, umunyamabanga mukuru w’umugambwe MSD

Muri iryo tangazo ry’umugambwe MSD bavuga ko bashigikiye abo bashingwamanza : "Tubasaba kutadebukirwa na gatoyi, babandanye urugamba batanguye, turabashigikiye."


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.