Accueil > Amakuru > Poritike > Umugwi ujejwe guhindura ibwirizwa nshingiro ntaco uzofasha mugukinga (...)
Umugwi ujejwe guhindura ibwirizwa nshingiro ntaco uzofasha mugukinga ihonyabwoko (Video)
mardi 29 Munyonyo 2016, par
Umugwi ujejwe guhindura ibwirizwa nshingiro ntaco uzofasha mugukinga ihonyabwoko mu Burundi
SC: Tele renaissance
IGIHE
Messages
30 Munyonyo 2016, 08:48, par Nzambimana
none muburundi hariho nyabwoko ico nikinyoma ababivuga nabasi bamahoro bashaka zantwaro zancami izo tukabatwarazisezereye mbega? kobishe ndadaye babivuze kwiki? ntega namarangara kobishe babivuze kwiki umukuruwigihugu yapfiriye mugwanda kobinumiye abo nabazungu sha baduteranya kubera ubutare bwacu
3 Kigarama 2016, 06:22, par jonathan nitunga
Muburundi ntahonya bwoko rihari
10 Kigarama 2016, 13:53, par CYRIAQUE
agati gateretswe nimana ntahokaja niyivireyo ibisigaye imana izobikora