Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umuhuza Edouard NDUWIMANA yatowe kurongora ishirahamwe AOMA
Umuhuza Edouard NDUWIMANA yatowe kurongora ishirahamwe AOMA
Friday 13 July 2018, by
Edouard NDUWIMANA yatowe mu nama nshingwabikorwa y’iryo shirahamwe AOMA yabereye hano i Bujumbura,akaba asubiriye Fozia AMIN wo mu gihugu ca Etiyopiya yahora arirongoye.
Bitegekanijwe ko Edouard NDUWIMANA azorongora iryo shirahamwe gushika mu kwezi kwa Munyonyo aho hategekanijwe iyindi nama yo gusubiriza indongozi.
IGIHE
Forum posts
14 July 2018, 06:14, by Twaje
Komeza uhezagirwa nyenicubahiro Muhuza Edouard Nduwimana.
29 July 2018, 22:08, by Sylvere Sibomana
Nivyiza cane kandi vyigiciro kinini Ku Burundi na abarundi pe ,terimbere nyakubahwa