Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuhuza MKAPA yarungikiye ubutumwa umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA
Umuhuza MKAPA yarungikiye ubutumwa umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA
jeudi 9 Ntwarante 2017, par
Intumwa ya Benjamin William MKAPA, umuhuza mu biganiro vy’abarundi bibera hanze y’igihugu, iri i Bujumbura kuva kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 7 Ntwarante 2017. Mu biro vy’umukuru w’igihugu bamenyesha ko iyo ntumwa yazaniye ubutumwa umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, ubutumwa bwarungitswe n’umuhuza MKAPA.
Iyo ntumwa irungitswe mu Burundi inyuma y’aho uwusanzwe nawe nyene ari umuhuza mu biganiro vy’abarundi, mukuru w’igihugu wa Uganda, Kaguta Yoweri Museveni, agiriye i Dar-Es-Salaam, mu mubonano yagiranye n’umukuru w’iigihugu wa Tanzaniya John Pombe MAGUFURI asanzwe ariwe arongoye umuryango wa Afrika y’ubuseruko.
Museveni yarabonanye kandi na BEnjamin William MKAPA basanzwe bafashanya mu bikorwa vy’ugutunganya ibiganiro bihuza Abarundi.
Ubwo butumwa bwazaniwe umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA ntiburamenyekana, ariko mu biro vy’umukuru w’igihugu bakaba bamenyesheje ko ari ibisanzwe ko umukuru w’igihugu arungikirwa ubutumwa bujanye n’ibikorwa vya minsi yose vy’umuhuza.
IGIHE
Messages
9 Ntwarante 2017, 10:50, par Hutsi
Peter baramuvumbuye, azogenda nka Yahya Jameh
9 Ntwarante 2017, 13:46, par Ntakarutimana Joel
Nibashire Nyabutumwa Kumugaragaro".Maintenant Nous N’avons D’espoir A n’importe Qui Qui Va Trouve La Solution Des Problemes Gouvernmental Sauf Jehovah Le Tout Puissant Qui Prendre La Derniere Parole Au Monde Entier".Ntagishasha Rero Twiteze Muri Nya Butumwa Bwamukapa
9 Ntwarante 2017, 13:51, par tari
Nibamuhate yitabe ibiganiro vuba nkuko babigize kuri buyoya areke kuguma atesha umwanya abantu kuko uko baguma bamureka niko aguma amara abarundi ataco abahora
9 Ntwarante 2017, 17:21, par Hutsi
Hano hariho utuntu twanaze kwihebura dusigaye tubona abatembereye uburundi tukangangawuka twivugisha ngonabaje gusenyura inzego zigihugu! Mwebwe twarabemeje igihe mwazanwitwaje urusasu nayo iyintambara yanyu yamajamwo nokwandika mukoresheje amazina yabandibantu ivyontaco bizobashikanako kiretse kotucatubonako mufise intuntunyishi kandi tukabonako nintambara yamajambo kotwayibatsinzeko nayo.
Kuko nkaha uwatiye izinaryanje akarikoresha mukwandika ibihura nibinezereza abakoroni na ba Mijeris bicabibonekanako iryozinaryanje koyabonye ko rishiririye akabonareroko arikoresheje konawe yoca ashirira nkanje, ariko bizomugora kuko iryamyotsi yumuntumwaturiye yaremwe mwishusho y’Imana nubu iracazunguruka kw’Isi yose kandi ntibozokwijana muzopfuma mupfira kuruyerero canke murwemubusho sinjenohahera hohera abaturira abantu.
9 Ntwarante 2017, 17:47, par Salomon Tuyisabe
Abobaga Ngagende Nabamwanka Ninde Yokwibagirwa Ivyaba Mukwez kwa Maî Ahubwo Anyarwanda Barihenda Baciyunvira Uburundi Nibareke Kutuvangira
9 Ntwarante 2017, 20:39, par INARANKUNDA
Nivyizacane kuba uwomuhuza atwamahafi mubihenkibi uwomuza avuga amaki kubenegihugu barinyumayigihugu kugirabatahuke
9 Ntwarante 2017, 21:17, par Ndayishmiy Alain
Jew Mbonako Ukurungkirwa Ubutumwa Nibintu Bisanzwe Ariko Namw Mwaba Jeunes Mwe Mwirind Imvugo Zokubamwototeza Bagnzi Banyu Babarundi Tuboneko Duhanzw Twese Kand Nimw Mwotuma Ibintu Bihinduka.
10 Ntwarante 2017, 13:56, par AGAFAYITOZI%
Jew Nukuri Ndiko Ndaraba Petero Nkurunziza Agomba Ko Iyisi Azoyisigarako Numuryango Wiwe Gusa Nukuvuga Ko Abarundi Azoba Yabahoneje.Akababika Munzu Iwe Kugira Bazoze Baramurimira Mwijoro Ari Imizimu.Ariko Amenyeko Atamvura Idahita Ababana Bigihugu Ariko Aracisha Kubuhomba Bazomuzunguruka Kumutwe Kugeza Kurupfu Rwiwe.Kand Amenye Ko Inkota Ariko Arabicisha Kariyo Izohindukira Ikamurigita Nawe!!!! Bazomugira Nka Sadamu Bamanitse.Ariko Aramenya Ko Sadamu We Yarafise Amazu Munsi Yibiyaga.Petero Nkurunziza Nuko Afise Vyabisigo Bizomuhungisha.Ok
10 Ntwarante 2017, 15:19, par Emmanuel Gakozi
Ingendo zo mu ndege za Bakuru bu Burundi mu bihe haba hari icuka kibi ca Politike. Ntivyereye u Burundi. Nka nya kwigendera Ntadyamira. Ntawo kwizera abaTanzania kuko baca umugani ngo SIASA NI KILIMO
11 Ntwarante 2017, 09:57, par Mugema
Yarasaz Pe Mubut Kadaf Nizind Nka Osama Sadam Hussein....."?"
11 Ntwarante 2017, 11:34, par Iriho
Bemuvugamake Mujobajwe Bike