Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukinyi Cristiano Ronaldo yahawe agashimwe k’umukinyi w’umwaka (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umukinyi Cristiano Ronaldo yahawe agashimwe k’umukinyi w’umwaka (...)

Umukinyi Cristiano Ronaldo yahawe agashimwe k’umukinyi w’umwaka 2017

mardi 24 octobre 2017

Ako gashimwe katanzwe ku muhingamo wo kuri uno wa mbere igenekerezo rya 23 Gitugutu 2017 mu gisagara ca Londres mu gihugu c’Ubwongereza.

Abandi bahawe ubushimwe ni umumenyereza yigenjeje neza mu mwaka wa 2017 akaba ari umumenyereza Zinedine Zidane amenyereza umurwi Real Madrid, yanawufashije gutahukana igikombe c’ihiganwa rihuza imirwi yabaye iya mbere ku mugabane wa Buraya.

Uwundi yaronse agashimwe ni umukinyi Olivier Giroud ava mu gihugu c’Ubufaransa yahawe agashimwe kitiriwe Prix Puskas gahabwa umukinyi yinjije igitsindo ciza.

Umukinyi Cristiano Ronaldo atahukanye ako gashimwe ku ncuro ya kabiri yikurikiranya inyuma y’ako yaronse mu mwaka uheze w’2016.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.