IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Umukozi wa ACAT Burundi yaciriwe umunyororo w’imyaka 32

Umukozi wa ACAT Burundi yaciriwe umunyororo w’imyaka 32

samedi 28 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Germain RUKUKI yagirizwa ko yifadikanije n’abashatse gutembagaza ubutegetsi, kandi ko yagize uruhara mw’iyicwa ry’abaporisi n’abasirikare bagandaguwe kuva kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015, umunsi haba ugushaka gutembagaza ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Sentare yari yamusabiye gupfungwa ubuzima bwiwe bwose, ariko igihano yahawe kikaba ari ic’umunyororo w’imyaka 32.

Germain RUKUKI yari yahagaritswe kw’igenekerezo rya 13 Mukakaro 2017, akaba apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Ngozi.

JPEG - 36.8 ko
Germain RUKIKI yaciriwe umunyororo w’imyaka 32

Egide NDUWIMANA

Messages

  • Imvura izohita ncuti ihangane

  • Ico gihano nig itoya yagomba gufungwa ubuzima bwiwe bwose mbega izofumvyi nabapfakazi wewe umuryango wiwe harico ubaye .32 ejo bundi uzumva ngo yavuyeyo.

  • Nukuri yaramenje mbese yoyaba aribikunda nishirahamwe mpuzamakungu riharanira agategakazinamuntu ribaryaranatanze ubutungane bwuburundi rikamuha ibihano kuko yaratukishije iryoshirahanwe riharanira agatekakazinamuntu kubona yubahuka guharanira agateka kabamwe agahwatagaza a

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.