Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’idini rya Angirikane kw’isi yatanguye urugendo muri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Umukuru w’idini rya Angirikane kw’isi yatanguye urugendo muri (...)

Umukuru w’idini rya Angirikane kw’isi yatanguye urugendo muri Afrika

samedi 29 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Amakuru ava mu Bwongereza amenyesha ko urugendo rwa Justin Welby rujanye no kugarukana ubumwe, hamwe n’ibibazo biri mw’idini rya Angirikane bijanye n’abaryamana basangiye ibitsina.

JPEG - 34.4 ko
Umukuru w’idini rya Angirikane kw’isi, Musenyeri Justin Welby

Mwomenya ko mu mwaka uheze, umukuru wa Angirikane mu gihugu c’Ubuganda Stanley Ntagali, yasohotse mu nama nkuru yari yateguwe n’iryo dini inyuma y’ingingo ya Angirikane muri Amerika yari ihejeje kwemezwa ko bazoraganisha abakundana basangiye ibitsina.


Vianney BIKORIMANA

Messages

  • Uwomugabo wasohotse munama ndamushimye abagabo nkabo bahagarariye ukuri nibo isi ikeneye ,kuko batagurwa ntibagurishwe uwomugabo Imana Imwongerere inkomezi

  • Uwomugabo wasohotse munama ndamushimye abagabo nkabo bahagarariye ukuri nibo isi ikeneye ,kuko batagurwa ntibagurishwe uwomugabo Imana Imwongerere inkomezi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.